Amakuru yo kuri uyu wa 14 Ntwarante 2022:
* Amashirahamwe atandukanye asaba kw’ingingo ishinga akarimbi ku mapikipiki, amakinga na tuk-tuk yohagarikwa
* Ikibazo giheruka gukoreshwa abagisha ngo carimwo amahinyu atari make. Ama syndicat y’abigisha asaba ko kitofatirwako
source
Amakuru ya radio haguruka 14 ntwarante 2022