:* Abasirikare b’uburundi barasuherejwe n’aba repubilika y’intwaro rusangi ya Congo kuva kuri uyu w’Imana
* Uruja n’uruza rw’imiduga myinshi rwasubiriwe n’uruja n’uruza rw’abantu bagenda n’amaguru mu gisagara ca Bujumbura
source
:* Abasirikare b’uburundi barasuherejwe n’aba repubilika y’intwaro rusangi ya Congo kuva kuri uyu w’Imana
* Uruja n’uruza rw’imiduga myinshi rwasubiriwe n’uruja n’uruza rw’abantu bagenda n’amaguru mu gisagara ca Bujumbura
source
Ivyo vya batutsi n abahutu ivyo vyazanywe nabazungu ngo izuru isura bashaka bazane icuka kibi mubarundi twubake igihugu tureke ivyo vya batutsi na bahutu nububeshi ivyo twese turabantu na Mana yavuze ngo muburundi aru ubwoko bubiri oya yavuze muburundi arabarundi gusa
Tureke gupfa imigambwe twubake igihugu cuburundi none tuzopfa imigambwe gushika ryari??? Ibindi bihugu biguma bitera imbere twe nimigambwe kiraminsi š¤š¤š¤ iyunvire abarundi kurwana na bandi barundi š¤š¤
Aho leta yuburundi yige ingene impunzi zabarundi zose zotaha zibe mugihugu cazo iko ituma impapuro zokukorerako ibibazo vyishure erega nigitutsi cuburundi na barundi bose kubona arabarundi bacu baba mu makambi mubindi bihugu kandi bafise iwabo mugire umunsi mwiza wa bakozi ariko nunvise ijambo ryumukuru wigihugu evariste ndayishimiye icotuma uburundi butera imbere icambere sentare nikore mukuri kugira abagwiza tunga baze muburundi bakore ama compagnie abarundi baronke ubuzi cakabiri rwanya abategetsi biba amahera ya leta nutinye ngo ninde oya ntu muntu wese yiba amahera ya leta nto ku rwanya igiturire ca gatatu umuyaga nkuba na mazi muburundi nibikwiye vyoba vyiza tubironse kiraminsi kuko ni bintu igihugu kiba gikeneye cane kiraminsi ca kane namahoro mugihugu cose ahantu ara amahoro hama ariheza
Birababaje gufunga umuntu umuhoye ubusa none wunva ico arigihugu cikukiye ?? sentare irihehe ?? Wunva arigihugu camahoro ?? None cndd fdd imaze iki mugihugu yaje gukiza igihugu canke yaje kwica igihugu?? mukeneye red tabara musabe congo mumutekano kuko ico nigitutsi kuburundi nabarundi bose kwinjira mugihugu ca bandi utavuze š¤š¤š¤š¤